Podcast thumbnail for isôko

by Sheï

9 episodes
Updated Daily
Accepts GuestsHas Sponsors

Podcast Overview

Kaze mu kiganiro isôko, aho duhuriza ivyiyumviro kugira tumenye twongere dutahure ibijanye n'amagara yo mu mutwe. Mu kibano cacu birasa nk'ivyibagiwe ariko reka tube mubavyibuka, kandi bavyibutsa abandi. Mbega amagara yo mumutwe niki?biraba nde?twoyitaho gute? ni bimwe mubibazo tuzogerageza kurabira hamwe mu kiganiro isôko. Kaze wongere utumire abandi.

Language

Publishing Since

7/17/2025

Reach the team behind isôko

Verified contact details for this show aren't on file yet — sign up to get notified when they land.

Recent Episodes

Episode thumbnail for EP 08 : Kuba umuvyeyi mumahanga

June 15, 2026

EP 08 : Kuba umuvyeyi mumahanga

Uyu musi bakunzi bo kw'Isôko tuza kuganira kuvyerekeye kuba umuvyeyi mu mahanga. Hamwe kure ata muryango, incuti, abagenzi canke abakozi bagufasha misi yose.

Mbe birashoboka ko umuntu yitegurira ubwo buzima?

Ni gute umuntu yovyitegurira?

Kaze tuganire, dufashanye gukura no gukira!

Tugire amahoro!

Episode thumbnail for Tuyage ku magara yo mu mutwe iyo hari indwara ugendana

February 4, 2026

Tuyage ku magara yo mu mutwe iyo hari indwara ugendana

Amahoro neza bakunzi bo kw'Isôko!

Uyu musi twaganiriye n'umuvyeyi afise indwara agendana kuva akiri muto.

Yatubwiye uko twofata abagwaye haba mu kibano canke mu muryango avukamwo.

Mwumvirize ikiganiro liryoshe cane twagiraniye, mwongere mugisangize abandi.

Murakoze cane

Episode thumbnail for EP-06 Agahinda

December 12, 2025

EP-06 Agahinda

Amahoro bakunzi bacu,

Mbe muramaze guca mu gahinda?

Muramaze kubana n'umuntu ari mu gahinda?

Mwavyifashemwo gute?

Uyu musi twaganiriye ku gahinda nuko twoba hafi abariko baragacamwo.

Umviriza nawe ugire ico wiga nico uterera.

Tugire amahoro

9 total episodes available

Deep-dive analytics for isôko

Frequently asked questions

Have a different question and can't find the answer you're looking for? Reach out to our support team by sending us an email and we'll get back to you as soon as we can.

What is isôko?

Kaze mu kiganiro isôko, aho duhuriza ivyiyumviro kugira tumenye twongere dutahure ibijanye n'amagara yo mu mutwe.

Mu kibano cacu birasa nk'ivyibagiwe ariko reka tube mubavyibuka, kandi bavyibutsa abandi.

Mbega amagara yo mumutwe niki?biraba nde?twoyitaho gute? ni bimwe mubibazo tuzogerageza kurabira hamwe mu kiganiro isôko.

Kaze wongere utumire abandi.

How often does this podcast release new episodes?

This podcast updates daily.

Where can I listen to this podcast?

This podcast is available on 4 platforms including Apple Podcasts, Spotify, and more. You can also use the RSS feed directly.

Does this podcast accept guests?

Yes, this podcast regularly features guests.

Legal Disclaimer

Pod Engine is not affiliated with, endorsed by, or officially connected with any of the podcasts displayed on this platform. We operate independently as a podcast discovery and analytics service.

All podcast artwork, thumbnails, and content displayed on this page are the property of their respective owners and are protected by applicable copyright laws. This includes, but is not limited to, podcast cover art, episode artwork, show descriptions, episode titles, transcripts, audio snippets, and any other content originating from the podcast creators or their licensors.

We display this content under fair use principles and/or implied license for the purpose of podcast discovery, information, and commentary. We make no claim of ownership over any podcast content, artwork, or related materials shown on this platform. All trademarks, service marks, and trade names are the property of their respective owners.

While we strive to ensure all content usage is properly authorized, if you are a rights holder and believe your content is being used inappropriately or without proper authorization, please contact us immediately at hey@podengine.ai for prompt review and appropriate action, which may include content removal or proper attribution.

By accessing and using this platform, you acknowledge and agree to respect all applicable copyright laws and intellectual property rights of content owners. Any unauthorized reproduction, distribution, or commercial use of the content displayed on this platform is strictly prohibited.