DJ Jackson Ati Abaririmvyi binjiza kuri Spotify ngo baharurwa ku ntoke
#Dj_Jackson (https://www.youtube.com/hashtag/dj_jackson) mu kiyago yagiranye na King Yann Cool yamenyesheje ko abarundi bishobora kubagora gukoresha Spotify, kuko Ari nka hamwe itoba yabiyumviriyeko bihagije, ngo nciyaho ashobora kutaronka uburyo bwo kuriha kuri urwo rubuga.
10 Mar 2021
DJ Pro ati Spotify twayinjizako intica ntikize ariko tugiye kuhatorera akoyoko
#Dj_pro (https://www.youtube.com/hashtag/dj_pro) ati abaririmvyi twababwiye kuva kera ngo bashire Indirimbo zabo ku mbuga zigurisha umuziki. umuzo wa #Spotify (https://www.youtube.com/hashtag/spotify) nawo uzotuma turonka abadukurikirana benshi Bari muri Africa y'ubuseruko kuko tuhafise abakunzi benshi, tubone kwongereza ayo twaronka kuko ayo twahakura yari intica ntinkize.
11 Feb 2021
Monna Walda Ararahiye ko atari umu Video Queen, nayo B Face ngo nta wuzi ico bari barayaze
Muri ino Episode tugaruka ku Kibazo kigize imisi kiriko gica ku mbuga ngurukamabumenyi Aho abenshi bagiriza Monna Walda kutubaha R Flow mu kutamwishura message yari yamwandikiye kuri Instagram amusaba ko yoba umu queen Video muri imwe mu ndirimbo ziwe.
R flow ivyo yari yabishikirije mu Kiganiro yagiranye na Hosy Irakoze kuri Siren Vibe.
Kanzie rero akaba aheruka gushikiriza ko atari queen Video Kandi ko kuba yaragiye muri Videonkwa B Face vyavuye mu biyago bikomeye bagiranye. Tukaba tugaruka kuri ayo mabanga abantu batamenye.
Ushobora kudukurikirana kuri Instagram(KING YANN COOL (https://instagram.com/kingyacool)), Facebook(KING YANN COOL (https://facebook.com/kingyacool)), Twitter(KING YANN COOL (https://twitter.com/kingyacool)), kuri Whatsapp(+250780713977 (https://wa.me/250780713977)) canke ukatwandikira kuri Mail yacu kingyanncool@gmail.com
19 Oct 2020
Michou Miracle ngo benshi nta bikoresho bafise, baratira
Mu kiganiro na Michou Miracle, twagarutse kumvo zamutumye asubira muri Siren Vibe, akabirya asubiranyeyo n'ico anegura aho yigeze guca hose. Twanashatse kumenya uko bihagaze ku bijanye n'ibikoresho, muri rusangi muma webtv i Burundi. Vyose yabitwishuye, umviriza nawe ikiganiro. Ufise ico umbaza ushobora kutwandikira kuri whatsapp https://wa.me/250780713977
Contact King Yann Cool Talk show
Guest appearances
Books guests
Based on episode analysis; this does not confirm that the show is currently accepting guests.
Host of King Yann Cool Talk show?
Claim your podcast to manage its listing and keep your show details accurate.
Pod Engine is an independent podcast discovery and analytics service and is not affiliated with or endorsed by this podcast. Artwork and show content belong to their owners. Full legal notice.
Explore this show Podcast research with Pod Engine